2 Timoteyo 4:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Igihe naja kuburana ubwa mbere, nta n’umwe yanshigikiye, bose barantaye. Ntibaze babiharurweko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Mw ibūrana ryanje rya mbere nta wanyikije, ariko bose barantaye: icompa ntibabiharūrweko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |