2 Timoteyo 4:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Luka wenyene ni we turi kumwe. Uzohitane Mariko muzanane, kuko yambereye uw’ikimazi kinini mu gikorwa canje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Luka gusa ni we twasigaranye. Hitana Mariko, umuzane, kukw angirira ikimazi mu gikorwa c’ibango ryanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |