2 Timoteyo 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ariko nta ho bazoshika kuko ubupfu bwabo umusi umwe buzomenyekana nk’uko vyagenze kuri Yane na Yambure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Mugabo ntibazoshobora kurengaho: kuk’ ubusazi bgabo buzogaragarira abantu bose, nk’uk’ ubga ba bandi bgagaragaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |