2 Timoteyo 3:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Nk’uko Yane na Yambure bagwanije Mose, ni ko n’abo bantu bagwanya ukuri. Ubwenge bwabo bwarapfuye, kandi ukwizera kwabo ni ukw’ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Nk’uko Yane na Yambure bārwanije Mose, ni ko n’abo bagabo barwanya ukuri, abo n’abononekaye ubgenge, babaye ibihombe ku kwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |