2 Timoteyo 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Bamwe muri bo banyengetera mu mazu bagahenda abagore b’abanyantege nke baremerewe n’ivyaha, baganzwa n’ivyipfuzo vyabo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kuko muri bo harimw’ abagabo banyegetera mu mazu, bagatwara abagore batagira imitima, baremerewe n’ivyaha, batwarwa n’ukwifuza kw’ uburyo bginshi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |