2 Timoteyo 3:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ivyanditswe vyose vyahumetswe n’Imana kandi bifise akamaro ko kwigisha ukuri, guhambarira abari mu bibi, gusubiza mu nzira nziza, no gutoza indero nziza mu bugororotsi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ivyanditswe vyose vyahumetswe n’Imana, kandi bigira ikimazi co kwigisha umuntu, no kumuhana, no kumutunganya, no kumutoza indero nziza mu kugororoka: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |