2 Timoteyo 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ni co gituma nihanganira vyose ku bw’abatoranijwe, kugira ngo na bo baronke agakiza kari muri Kristo Yesu, hamwe n’ubwiza butazoshira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ni co gituma nihanganira vyose kubg’ abatoranijwe, kugira ngo na bo baronke agakiza kari muri Kristo Yesu, gafatanije n’ubgiza budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |