2 Timoteyo 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ni co gituma ndiko ndababazwa uku. Ariko singira isoni kuko ndazi uwo nizeye, kandi sinkekeranya ko ashoboye kuzigama ico namubikije gushika ku musi w’ukugaruka kwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ni co gituma kandi mbabazwa ntya, yamara ntibintera isoni, kuko nzi uwo nizeye, kandi nzi ntakekeranya yukw ashobora kuzigama ikibītsanyo namubīkije gushitsa kuri wa musi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |