2 Tesalonike 3:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 kandi nta we twigeze turya ivyokurya tutabiguze. Ahubwo twakora ijoro n’umurango, tukaruha, tukabira icuya kugira ngo ntihagire uwo turemera muri mwebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 ntitwarya ivyo kurya vy’ umuntu n’umwe ku busa, ariko twagira ubutame n’ubucumukure, dukora ku murango no mw ijoro, kugira ngo ntitugire umuntu muri mwebge tugora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |