2 Tesalonike 3:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Mudusengere kandi kugira ngo Imana idukize abanyakibi, kuko bose si abizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 kandi turokoke abantu babi badadika; kuk’ ukwizera kudafiswe na bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mutanga ikigiracumi kuri vyose gushika no ku mboga zo mu matongo yanyu, ariko mukirengagiza ibikomeye vyo mu vyagezwe ari vyo ukugororoka, imbabazi, n’ukwizera. Ivyo ni vyiza, ariko mwari mukwiye gutanga ico kigiracumi, n’ivyo bindi mutavyirengagije.