Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Tesalonike 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 N’igihe twari kumwe namwe twamye tubaha icagezwe kivuga ngo: “Uwudashaka gukora no kurya ntarye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kuko tukiri kumwe namwe twābageze iki, ng’umuntu wese ni yanka gukora ntākarye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Tesalonike 3:10
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aca ababarira ati: “Ibi ni vyo nari narababwiye nkiri kumwe namwe, ko ivyanditswe kuri jewe vyose mu Vyagezwe ya Mose, mu vyanditswe n’abavugishwa n’Imana no muri Zaburi, bitegerezwa gushika.”


Ibi ndabibabwiye kugira ngo nivyashika, muze mwibuke ko nari narabibabwiye. Icatumye ntabibabwira mu ntango ni uko nari nkiri kumwe namwe.


Bashitse, arababwira ati: “Murazi ingene nabanye namwe uhereye ku musi wa mbere nashikiye muri Aziya gushika uno musi.


N’igihe twari kumwe namwe, twamye tubaburira ko dushobora guhamwa, kandi vyabaye ukwo nyene nk’uko na mwebwe mubizi neza.


Mugire ishaka ryo kubaho ubuzima butekanye; umwe wese yiteho gukora ibimwerekeye kandi ajejwe, no gukoresha amaboko yiwe nk’uko twabibabwiye.


Mbega ntimwibuka ko nkiri kumwe namwe ibi nahora ndabibabwira?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ