2 Tesalonike 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Mu kurangiza, bene Data, mudusengere kugira ngo Ubutumwa Bwiza bw’Umwami bwamamare ningoga kandi ijambo ryiwe ryubahwe nk’uko ryubashwe muri mwebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ibisigaye bene Data mudusengere, ijambo ry’Umwami wacu ryamamare rishimagizwe, nk’uko biri no muri mwebge, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |