2 Tesalonike 2:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Kuza kw’uwo mugarariji, kuzogaragazwa n’ibikorwa vya Satani, n’ubushobozi bwo gukora ibimyenyetso n’ibitangaza kugira ngo azimize abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ukuza kw’uwo mugarariji kuri mu buryo bg’inkomezi za Satani, kuri n’ubushobozi bgose n’ibimenyetso n’ibitangaza vy’ibinyoma, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |