2 Tesalonike 2:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Aho ni ho wa muntu w’umugarariji azoca amenyekana, uwo Umwami Yesu azokwicisha impwemu zo mu kanwa kiwe, agasangangurwa n’ugukayangana kw’ukuza kwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ni ho wa mugarariji azohishurirwa, umwe Umwami Yesu azokwicisha impwemu ziva mu kanwa kiwe, azomutītūza uguseruka kw’ukuza kwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |