2 Tesalonike 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kandi murazi ko igitumye ataraza ubu, ari kugira ngo azohishurwe igihe gikwiye kigeze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi none murazi ikibuza, kugira ngw az’ ahishurwe mu gihe ciwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |