2 Tesalonike 2:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Umwami wacu Yesu Kristo we nyene, n’Imana Data wa twese yadukunze, kandi hamwe n’ubuntu bwayo baduhe ukuremeshwa kw’ibihe bidashira n’ivyizigiro vyiza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ariko, Umwami wacu Yesu Kristo ubgiwe, n’Imana Data wa twese, yadukunze, ikaduha kwirurwa imibabaro guhoraho, bo n’ivyizigiro vyiza biheshwa n’ubuntu bgayo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |