2 Tesalonike 2:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ariko birabereye ko dushima Imana ku bwanyu, bene Data bakundwa n’Imana, kuko muri nk’ivyeze ubwa mbere Imana yatoranirije ngo mukizwe biciye mu gikorwa c’ukweza ca Mpwemu no mu kwizera ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ariko bene Data bakundwa n’Umwami wacu, biradukwiye kwama tubashimira Imana, kuk’ uhereye mbere na mbere Imana yabatoranije ngo muronkere agakiza mu kwezwa na Mpwemu no mu kwizera ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |