Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Tesalonike 2:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ni co gituma Imana ibarungikira ububasha bw’ubuzimire kugira ngo bemere ivyo binyoma,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ni co gituma Imana ibarungikira ubuzimire bubakoreramwo, ngo bizere ibinyoma:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Tesalonike 2:11
21 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hazokwaduka abavugishwa b’ibinyoma benshi kandi bazozimiza abantu benshi.


kuko benshi bazoza mw’izina ryanje bavuga ngo: ‘Ni jewe Kristo,’ kandi bazozimiza benshi.


Kuko banse kumenya Imana, na yo yarabahevye, irabareka ngo bakurikire ivyiyumviro vyabo bipfuye, bakore ibintu batari babereye gukora.


Kubatera intege kwacu ntikwava ku buzimire canke ku ntumbero mbi twari dufise, kandi ntitwarondera kubahenda.


Mpwemu Yera abivuga atomoye ko mu misi ya nyuma abantu bamwe bazova mu kwizera kwabo bakurikire impwemu zibesha n’inyigisho ziva ku badayimoni.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ