2 Tesalonike 2:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bene Data, ku bijanye n’ukugaruka kw’Umwami wacu Yesu Kristo hamwe n’ingene tuzomusanganira tukabana na we, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Turabinginga, bene Data, kubgo kuzoza kw’Umwami wacu Yesu Kristo no kuzokoranirizwa kuri we kwacu, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |