2 Tesalonike 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ni co gituma mu yandi mashengero y’Imana yose twama turiko twirata mwebwe, tubabwira ivy’ukwihangana kwanyu n’ukwizera kwanyu muri mw’ihamwa hamwe n’ibindi bigeragezo muriko muracamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ni co gituma ubgacu tubirata mu mashengero y’Imana, kubg’ ukwihangana kwanyu n’ukwizera mu guhamwa kwanyu kwose n’amagorwa mushinyiriza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |