6 Mu nyuma, ayo mazi nyene ni yo yarengeye isi y’ico gihe arayihonya.
6 Ivyo vyatumye isi ya kera amazi ayirengera, iratikira:
Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose.
Kandi nimba itihanganiye isi ya kera igihe yarekurira umwuzure ku bantu b’ico gihe batubaha Imana, ariko igakiza Nowa, umwigisha w’ivyo kugororoka, n’abandi ndwi gusa;