2 Petero 3:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ariko mukurire mu buntu no mu kumenya neza Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo. Icubahiro kibe iciwe uhereye ubu n’ibihe bidashira! Amen. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Ariko mukurire mu buntu bga Yesu Kristo Umwami wacu n’Umukiza, no mu kumumenya. Icubahiro kibe iciwe ubu no gushitsa umusi utagira iherezo. Amen. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |