2 Petero 3:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 mu kurindira uwo musi w’Imana no gukora ibishoboka ngo ushike vuba. Uwo musi uzotuma amajuru asamburwa n’umuriro, kandi ibiri muri yo bitongorwe n’ikibengebenge gikomeye c’umuriro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 no mu kurereka ukuza kw’umusi w’Imana muwuhahamiye, uzotuma amajuru ashongeshwa no gusha, kand’ ivy’ itanguriro vyose bikayagishwa n’ikibengebenge gikaze? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |