2 Petero 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bakundwa, iri ni ikete rya kabiri ndabandikiye. Muri ayo yose uko ari abiri, nagomba gukangura imitima yanyu ngo mwiyumvire neza ku vyo nabandikiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Abo nkunda, non’ iki ni co cete ca kabiri mbandikiye, mur’ ivyo vyompi ndakangura imitima yanyu ikeye, mbibutsa; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |