2 Petero 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 hanyuma kandi nimba yaraciriye kw’iteka ibisagara vya Sodomu na Gomora mu kubihindura umunyota, bigacika akarorero k’ibizoshikira abatubaha Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 kand’ ibisagara vy’i Sodomu n’i Gomora, ko yabiciriyekw iteka ryo gukomvomvorwa ikabigira umunyota, ikabishiraho kuba akabarore k’abazogenda batubaha Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |