2 Petero 2:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Babasezeranira umwidegemvyo, ariko na bo ubwabo bakiri abagurano b’ivyonona (kuko umuntu wese ni umugurano w’ikimuganza ico ari co cose). အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Babasezeranira umwidegemvyo, arik’ ubgabo n’abagurano b’ibiboza: kukw icānesheje umuntu kiba kimuhinduye umugurano waco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |