2 Petero 2:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Abo bantu bameze nk’amasoko yakamye n’ibicu bikubebwa n’umuyaga. Kandi babikiwe umwijima w’umuzitanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Abo n’amasōko akamye, kandi n’ibipfungu bikubebga n’igihuhuta, barindirijwe umwiza w’umuzitanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |