2 Petero 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Abo bantu bo, batuka ivyo badatahura. Bameze nk’ibikoko gusa, bitagira ubwenge, vyavukiye gufatwa no kwicwa, kandi abo na bo bazohona nka vyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Arikw abo bantu bameze nk’ibikōko bitagira ubgenge, ibikōko bukōko, vyavukiye gutegwa no kwicwa, batuka ivyo batazi, guhonnya kwabo kuzobahonnya na bo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |