2 Petero 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Kuko nimwagira ivyo muri mwebwe kandi bigashishikara kugwira, bizobarinda kuba imburakimazi no kuba ingumba mu kumenya Umwami wacu Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kuko namba mugira ivyo, bikagwira, bituma mutaba abanyabute cank’ ingumba ku vyo kumenya neza Umwami wacu Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |