2 Petero 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Yahawe na Data Imana, icubahiro n’ubwiza, igihe ijwi rivuye mu bwiza burengeje ryavuga riti: “Uwu ni Umwana wanje, nkunda cane kandi ampimbara.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kuko yahawe n’Imana Data wa twese ishimwe n’ubgiza, ah’ ijwi rivuzwe n’ubgiza bukomeye cane ryamushikako, rikavuga, ngo Nguyu Umwana wanje nkunda akampimbara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |