2 Petero 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nzokwama ndabibutsa ivyo bintu, naho mubizi kandi mumaze gushinga imizi mu kuri mufise ubu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ni co gituma imisi yose ntazotenzura kubibutsa ivyo, naho mubizi mukaba mushikamye mu kuri kuri muri mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |