2 Petero 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Nuko rero bene Data, murushirizeho kugira ishaka ryo gukomeza ihamagarwa ryanyu no gutoranywa kwanyu. Kuko nimwakora ivyo, ntimuzokwigera mutsitara, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ni co gituma, bene Data, mukwiye kurushiriza kugira umwete wo gukomeza ihamagarwa ryanyu, bo n’ugutoranywa. Ni mwakora ivyo, ntimuzotsitara na gatoya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |