2 Korinto 9:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Kuko hamwe hogira ab’i Makedoniya tuzanana hanyuma bagasanga mutiteguye, twomaramara, ariko mwebwe mwomaramara kurusha kuko mwabivuganye ugushira amanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 twebge (sinovuga mwebge) ntituze tumāramāzwe n’ivyo twari twizigiye, namb’ Abanyamakedoniya bamwe bazozanana nanje bagasanga mutiteguye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |