2 Korinto 9:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ico gikorwa ntikizofasha mu kuronsa abera ivyo bakeneye gusa, ariko kizotuma banahimbaza Imana n’umunezero mwinshi muriko muragikora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kukw igikorwa c’ukwo kugabura kitamara ubgoro bg’abera gusa, ariko kandi kirushiriza gushimisha Imana muri benshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |