2 Korinto 9:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Muzotungishwa mu buryo bwose kugira ngo muronke ico mutanga aho bizoba bikenewe hose, kandi imfashanyo muduha zizotuma abazironka bahimbaza Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Namwe muzotungishwa muri vyose, ngo mugire ubuntu bgose, butuma dushimisha Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |