2 Korinto 8:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Kuko muzi ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo, ko n’aho yari umutunzi wa vyose, yigize umukene ku bwanyu kugira ngo mu bukene bwiwe mube abatunzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kuko muzi ubuntu bg’Umwami wacu Yesu Kristo, yuko naho yar’ umutunzi, yahindutse umworo kubganyu, kugira ng’ubgoro bgiwe bubatungishe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |