Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 8:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Bakoze ibirengeye ivyo twari twiteze, kanatsinda babanje kwitanga ubwabo, biha Umwami bongera baratwiha nk’uko Imana yabigomvye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kandi si nk’uko twābiziga gusa, ariko bābanje kwitanga bīha Umwami wacu, natwe nyene baratwiha, nk’ukw Imana yagomvye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 8:5
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rero bene Data, kubera izo mbabazi nyinshi Imana yatugiriye, ndabinginga ngo mushikanire Imana imibiri yanyu nk’ibimazi bifise ubugingo, vyejejwe kandi biyihimbara. Uko ni ko kuyisenga kwanyu kwoyihimbara.


Ntihakagire urugingo na rumwe rw’umubiri wanyu ruheberwa icaha, ngo rube igikoresho c’ibibi. Ahubwo, mwihe Imana rwose, nk’abazutse bavuye mu bapfuye. Imibiri yanyu muyihindure ibikoresho vyo kugororoka ku bw’icubahiro c’Imana.


Jewe Pawulo nahamagariwe kuba intumwa ya Kristo Yesu bivuye ku gushaka kw’Imana, hamwe na mwene Data Sositene,


Kuko iyo tuvuga ubutumwa, ntitwivuga twebwe nyene. Ariko twigisha ko Yesu ari Umwami, natwe tukaba abakozi banyu ku bwa Kristo.


Bene Data, turashaka ko mumenya ubuntu Imana yagiriye amashengero y’i Makedoniya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ