2 Korinto 8:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Nayo Tito we, ni umugenzi dufatanije igikorwa muri mwebwe; abo bandi bene Data na bo, ni intumwa z’amashengero, kandi bubaha Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ivya Tito, ni we dufatanije igikorwa, kandi ni mugenzanje dukorana ivyanyu; kand’ ivya bene Data abo, n’intumwa z’amashengero, kandi n’icubahiro ca Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |