2 Korinto 8:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Tubarungikanye kandi n’uwundi mwene Data twabonyemwo ishaka muri vyinshi. Noneho iryo shaka ryabaye ryinshi ku bw’ivyizigiro afise muri mwebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kand’ abo tubarungikanye na mwene Data, uwo twagejeje kenshi, akaboneka kw ar’ umunyamwete muri vyinshi, ariko non’ arushiriza kugira umwete, kukw abizigira cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |