2 Korinto 8:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Kuko twipfuza kubikora neza mu bwizigirwa, atari imbere y’Imana, ariko no mu maso y’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Tubabaye gukora ivyiza, si mu nyonga z’Umwami wacu gusa, ariko no mu maso y’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |