Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 8:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Dushaka ko ata wodutora utunenge mu buryo dutanga izo mfashanyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Kukw ico twirinda ar’ iki, ar’ ic’ umuntu yotugaya kubg’ izi ngabire nyinshi tugabura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 8:20
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ndabarungitse nk’intama mu bikoko vy’inkazi. None rero, mwiyubare nk’inzoka kandi mwitonde nk’inuma.


Wirinde kugira ngo ico ukoze ubona ko ari ciza coye gutukwa n’abantu.


Ninashika hiyo, nzokwandika amakete nzorungikana abo muzoba mwatoranije kugira batware infashanyo zanyu i Yerusalemu.


Nzobandanya nkora igikorwa canje muri mwebwe kugira ngo mbuze icitwazo abarondera ivyitwazo vyo kwirata ko bangana natwe mu vyo dukora.


Kandi ishengero ni ryo ryamugenye ngo aduherekeze dutwaye imfashanyo i Yerusalemu, igikorwa c’ubuntu gihesha Imana icubahiro, kikerekana umwete dufise mu gufasha abatishoboye.


Kuko twipfuza kubikora neza mu bwizigirwa, atari imbere y’Imana, ariko no mu maso y’abantu.


Nuko mwirinde cane uko mubaho, ntimwigenze nk’imburabwenge, ahubwo mwigenze nk’abanyabwenge.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ