Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 8:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Nk’uko Ivyanditswe bivuga: “Abegeranije vyinshi basanze bitarenze ivyo bakeneye, abegeranije bike na bo basanze bitari musi y’ivyo bari bakeneye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Nk’uko handitswe, ng’Uwegeranije vyinshi asanga nta co asāguye; uwegeranije bike asanga nta co akehaniwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 8:15
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aca arababaza ati: “Igihe nabarungika ata saho, ata mufuko canke ibirato, hari ico mwakenye?” Baramwishura bati: “Nta na kimwe.”


Ndashima Imana yashize mu mutima wa Tito umwitwarariko nk’uwanje ku bwanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ