2 Korinto 8:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ubu mufise umusesekara, kandi murashoboye gufasha abakenye. Ikindi gihe kizoza aho na bo bazoba bafise umusesekara, bakabafasha mukenye. Aho ni ho hazoba hari ukungana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ariko n’ukugira ngo munganye, ngw ibisāgutse kuri mwebge mur’ iki gihe bimare ubukene bgabo, kandi ngw ibizobasāguka na bo bize bimare ubukene bganyu, munganye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |