Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 8:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Ico twipfuza si uko bamwe bagira agahengwe namwe musigaye mu bukene, ariko ni uko mwogira ibingana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Simvuze ntyo kugira ngw abandi boroherwe, namwe ngo mugorwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 8:13
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nta n’umwe yagira ico akeheje muri bo, kuko abari bafise amatongo canke amazu, babigurisha bakazana amahera vyaguzwe,


Kuko iyo umuntu afise umutima wo gutanga, Imana ntiyakira ico adafise, ahubwo yakira ico afise.


Ubu mufise umusesekara, kandi murashoboye gufasha abakenye. Ikindi gihe kizoza aho na bo bazoba bafise umusesekara, bakabafasha mukenye. Aho ni ho hazoba hari ukungana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ