2 Korinto 7:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ubu ndanezerewe kubona nararibandikiye, atari kubera ryabababaje, ariko kubera umubabaro ryabateye watumye mwihana mugaheba inzira zanyu mbi. Ni wo mubabaro Imana ishaka ku bantu bayo, ari na co gituma, mu buryo bumwe canke ubundi, atari twebwe twabababaje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 noneho ndanezerewe; sinnejerejwe n’uko mwagize umubabaro, ariko n’uk’ uwo mubabaro wabateye kwihana. Kuko mwagize umubabaro mu buryo bg’Imana, kugira ngo ntihagire ico mubura kubgacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |