2 Korinto 7:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Naho nabateye imibabaro mw’ikete nabarungikiye, sindavyicuza. Naho nari nicujije ubwa mbere kubera nari nabonye ko nabababaje, wari umubabaro w’akanya gato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Naho nabateje umubabaro ca cete canje, sinicuza, naho nari naricujije; kuko mbonye yukw ico cete cabateye umubabaro, naho mwawugize igihe gito gusa; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |