2 Korinto 7:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Twaranezerewe tumubonye tukumva n’ubutumwa bw’indemesho mwamurungikanye. Amaze kumbwira ingene mwipfuza ko nza iwanyu, n’ukuntu mubabajwe n’ivyadushikiye, hamwe n’ishaka mwerekanye mu kunyitaho, umunezero wanje wabaye uw’akaburarugero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kandi s’ukuza kwiwe kwonyene, ariko kandi n’uguhūmurizwa yahūmurijwe namwe, n’uko yatwīgāniye inkumbu zanyu mwangiriye, n’amarira yanyu, n’ishaka mwandwanira, ni co catumye ndushiriza kunezerwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |