2 Korinto 7:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Igihe twashika i Makedoniya, imibiri yacu ntiyigeze ironka agahengwe. Twahuye n’ingorane nyinshi: intambara zari zidukikuje, hamwe n’ubwoba bwari mu mitima yacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Hamwe twaja i Makedoniya umubiri wacu ntiwaribgatenzukirwe na gatoya, kuko twababajwe uburyo bgose; inyuma hār’ intambara, imbere hār’ ubgoba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |