2 Korinto 7:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ndabizeye cane kandi ndabanezererewe cane. Mwaranteye intege cane, kandi mu mibabaro yose naciyemwo, umunezero wanje urasesekaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Mvuga ntababembeteranyako na mba, ndabirata cane. Nuzuye ihūmure, ndushiriza kunezerwa mu marushwa yacu yose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |