2 Korinto 7:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Turabinginze ngo mutwugururire imitima yanyu. Nta we twacumuyeko, kandi nta we twazimije, kandi nta we twarondeyeko inyungu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Muduhe ikibanza mu mitima yanyu; nta we twagiriye nabi, nta we twononye, nta we twagunze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |